Mama irire (Remix)歌词由Steven Sogo演唱,出自专辑《Mama irire (remix)》,下面是《Mama irire (Remix)》完整版歌词!
Mama irire (Remix)歌词完整版
MAMA IRIRE
Yilililili
Umuvyeyi iyo yibarutse umwana, akamurera akamugeza mubigero aba yabonye vyinshi ndakubariye, reka twigine abavyeyi sha
Akabura ntikaboneke ni nyina w’umuntu, reka muyage nanje
Mama ndaziko ataco wigeze unyima, nta kintu wigeze ushaka ko mbura ugifise uburyo . Nico gituma rero Mama ubu ni jewe ngiye kukuraba ha, kukwitaho ntihagire ico ubura Mama wanje
Refrain: Uzohozwa wambikwe unezerwe wivuge amazina ….(ahan)
Uzofatwa neza wishime wihaye umbere ikimazi …..(kabisa)
Sinzokwigera ndakurya imvi kandi nawe utandiye imvanda …(Oya namba)
Nzogukunda Maman, nzogukunda , nzogukunda Mama aha …(he, yeba)
Tazama nimeisha kuwa usiwe nashaka Mama …(Hahaha)
Niko pale jili yako, nakuomba furayi basi …(kabisa )
Sitaki kuona ile macozi yako, macozi yako …(He)
Nataka ushike zile sifa zako zote, sifa zako zote …(Sifa)
Nataka tuishi miye na weye kwa raha …(Yeba)
Refrain :Uzohozwa wambikwe unezerwe wivuge amazina ….(he Yilililii)
Uzofatwa neza wishime wihaye umbere ikimazi …..(Ayeya)
Sinzokwigera ndakurya imvi kandi nawe utandiye imvanda
Nzogukunda Maman, nzogukunda , nzogunda Mama aha …(Yelelele)
IRIRE NDARYA NDARYA, IRIRE NDARYA NDARYA, IRIRE NDARYA NDARYA…(kubita)
Refrain: Uzohozwa wambikwe unezerwe wivuge amazina …(Wambikwe, kabisa)
Uzofatwa neza wishime wihaye umbere ikimazi …(He, hahaha)
Sinzokwigera ndakurya imvi kandi nawe utandiye imvanda ..(Yeba,Oya namba)
Nzogukunda Maman, nzogukunda , nzogunda Mama aha …(Yeba)
Nzogukunda Mama aha, nzogukunda Mama aha, ..(De,de, kubi,kubi)
IRIRE NDARYA NDARYA, IRIRE NDARYA NDARYA, Ugifise umuvyeyi mukunde, IRIRE
STEVEN SOGO, June 2024